Zaburi 115:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ababikora bazomera nka vyo+,Egome, abo bose bavyizigira+. Yesaya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko y’umuntu, icakozwe n’intoke z’umuntu+. Yeremiya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbega hari ihanga ryakavye imana zaryo+, egome, rikazikaba ibitari imana+? Mugabo abantu banje ubuninahazwa bwanje babukavye ibidashobora kuzana inyungu+. Yeremiya 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umuntu wese yarerekanye ko atiyumvira ku buryo atagira ubumenyi+. Uwukora ivy’ivyuma wese azomaramara ata gukeka kubera igishusho c’ikibazano+; kuko igishusho ciwe c’icuma gishongeshejwe ari ikinyoma+, nta mpwemu iri muri vyo+.
8 Kandi igihugu cabo cuzuye imana ata co zimaze+. Bunamira igikorwa c’amaboko y’umuntu, icakozwe n’intoke z’umuntu+.
11 Mbega hari ihanga ryakavye imana zaryo+, egome, rikazikaba ibitari imana+? Mugabo abantu banje ubuninahazwa bwanje babukavye ibidashobora kuzana inyungu+.
14 Umuntu wese yarerekanye ko atiyumvira ku buryo atagira ubumenyi+. Uwukora ivy’ivyuma wese azomaramara ata gukeka kubera igishusho c’ikibazano+; kuko igishusho ciwe c’icuma gishongeshejwe ari ikinyoma+, nta mpwemu iri muri vyo+.