2 Ngoma 7:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bazomwishura bati: “Abantu bahaba barahevye Yehova+ Imana ya ba sekuruza yabakuye mu gihugu ca Misiri+, baja ku zindi mana, barazunamira barazisenga*+. Ni co catumye abateza ibi vyago vyose+.”»
22 Bazomwishura bati: “Abantu bahaba barahevye Yehova+ Imana ya ba sekuruza yabakuye mu gihugu ca Misiri+, baja ku zindi mana, barazunamira barazisenga*+. Ni co catumye abateza ibi vyago vyose+.”»