Kuvayo 12:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Hanyuma kuri uwo musi nyene Yehova akura bene Isirayeli mu gihugu ca Misiri kumwe n’ingabo zabo+. Gusubira mu vyagezwe 29:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze bazovuga ngo: ‘Ni kubera bataye isezerano+ rya Yehova Imana ya ba sekuruza babo, iryo yagiranye na bo igihe yabakura mu gihugu ca Misiri+.
25 Maze bazovuga ngo: ‘Ni kubera bataye isezerano+ rya Yehova Imana ya ba sekuruza babo, iryo yagiranye na bo igihe yabakura mu gihugu ca Misiri+.