ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.

  • Nehemiya 9:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Mugabo bakimara kuronka akaruhuko, baca bongera gukora ibibi imbere yawe+, nawe ukabatanga mu kuboko kw’abansi babo, bakabahonyangira hasi+. Baragaruka rero bakagutabaza+, nawe ukumva uri mu majuru+ maze ukabarokora nk’uko imbabazi zawe nyinshi ziri, incuro n’izindi+.

  • Yeremiya 16:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nzobakura muri iki gihugu+ ndabararirize mu gihugu mutamenye+, yaba mwebwe canke ba so, kandi ng’aho muzobwirizwa gukorera izindi mana+ umurango n’ijoro, kuko ntazobagirira ubutoni.”’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika