Gusubira mu vyagezwe 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko nta n’umwe akwiye kuba mworo iwawe, kuko Yehova azoguhezagira+ ata kabuza mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa ngo ucigarurire+, Imigani 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umuhezagiro wa Yehova, emwe, uwo ni wo utungisha+, kandi nta mubabaro awongerako+.
4 Ariko nta n’umwe akwiye kuba mworo iwawe, kuko Yehova azoguhezagira+ ata kabuza mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa ngo ucigarurire+,