Gusubira mu vyagezwe 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uze wibuke Yehova Imana yawe, kuko ari we aguha ububasha bwo kurondera ubutunzi+; kugira ashitse isezerano ryiwe yarahiye ba sogokuruza bawe, nk’uko biri uyu musi+. 1 Samweli 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova ni Uwukenesha+ akaba n’Uwutungisha+,Uwucisha bugufi akaba n’Uwushira hejuru+, Zaburi 37:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko abo ahezagira bazokwigabira isi+,Mugabo abo ahamagarirako akabi bazorandurwa+. Zaburi 107:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Arabahezagira bakagwira cane+;Kandi ntareka ngo inka zabo zigabanuke+.
18 Uze wibuke Yehova Imana yawe, kuko ari we aguha ububasha bwo kurondera ubutunzi+; kugira ashitse isezerano ryiwe yarahiye ba sogokuruza bawe, nk’uko biri uyu musi+.
7 Yehova ni Uwukenesha+ akaba n’Uwutungisha+,Uwucisha bugufi akaba n’Uwushira hejuru+, Zaburi 37:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko abo ahezagira bazokwigabira isi+,Mugabo abo ahamagarirako akabi bazorandurwa+. Zaburi 107:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Arabahezagira bakagwira cane+;Kandi ntareka ngo inka zabo zigabanuke+.