Zaburi 119:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Wahambariye abita imbere b’ibivume+,Bazimira bakava ku mabwirizwa yawe+. Zakariya 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ‘Ndawurungitse,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, ‘na wo uzokwinjira koko mu nzu y’igisuma no mu nzu y’uwurahira ibinyoma mw’izina ryanje+; kandi uzoba koko mu nzu yiwe, uyiherengetezanye n’ibiti vyayo n’amabuye yayo+.’”
4 ‘Ndawurungitse,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, ‘na wo uzokwinjira koko mu nzu y’igisuma no mu nzu y’uwurahira ibinyoma mw’izina ryanje+; kandi uzoba koko mu nzu yiwe, uyiherengetezanye n’ibiti vyayo n’amabuye yayo+.’”