Itanguriro 30:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nuko uwo mugabo agenda arushiriza gusagamba, agira imikuku myinshi n’abasukukazi n’abasuku n’ingamiya n’indogobwa+. Gusubira mu vyagezwe 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uzocika uwuhezagiwe mu bindi bisata vyose vy’abantu+. Muri wewe ntihazoba uw’igitsina-gabo canke uw’igitsina-gore abura uruvyaro, eka no mu bitungwa vyawe+.
43 Nuko uwo mugabo agenda arushiriza gusagamba, agira imikuku myinshi n’abasukukazi n’abasuku n’ingamiya n’indogobwa+.
14 Uzocika uwuhezagiwe mu bindi bisata vyose vy’abantu+. Muri wewe ntihazoba uw’igitsina-gabo canke uw’igitsina-gore abura uruvyaro, eka no mu bitungwa vyawe+.