Gusubira mu vyagezwe 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Hanyuma ico gihe nyene ntegeka Yosuwa+, nti: ‘Amaso yawe aribonera ibintu vyose Yehova Imana yanyu yagiriye abo bami babiri. Ukwo nyene ni ko Yehova azogirira ubwami bwose uriko urajabuka ujamwo hariya+. Gusubira mu vyagezwe 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+.
21 “Hanyuma ico gihe nyene ntegeka Yosuwa+, nti: ‘Amaso yawe aribonera ibintu vyose Yehova Imana yanyu yagiriye abo bami babiri. Ukwo nyene ni ko Yehova azogirira ubwami bwose uriko urajabuka ujamwo hariya+.
2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+.