Guharura 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Yosuwa mwene Nuni, uwabaye umusuku+ wa Musa kuva mu busore bwiwe, yishura ati: “Mukama wanje Musa, babuze+!” Guharura 14:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ariko mwebwe, ntimuzokwinjira mu gihugu nadugijemwo ukuboko kwanje+ ndahira ko nzobana namwe, kiretse Kalebu mwene Yefune na Yosuwa mwene Nuni+. Guharura 27:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Niwitorere Yosuwa mwene Nuni, umugabo arimwo impwemu+, maze umurambikeko ikiganza cawe+;
28 Maze Yosuwa mwene Nuni, uwabaye umusuku+ wa Musa kuva mu busore bwiwe, yishura ati: “Mukama wanje Musa, babuze+!”
30 Ariko mwebwe, ntimuzokwinjira mu gihugu nadugijemwo ukuboko kwanje+ ndahira ko nzobana namwe, kiretse Kalebu mwene Yefune na Yosuwa mwene Nuni+.
18 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Niwitorere Yosuwa mwene Nuni, umugabo arimwo impwemu+, maze umurambikeko ikiganza cawe+;