Guharura 33:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Muze mwirukane ababa muri ico gihugu bose bave imbere yanyu mwongere mumenagure ibishusho vy’amabuye+ vyabo vyose; ibishusho vyabo vyose vyo mu cuma gishongeshejwe+ muze mubirandure; kandi ibibanza bikirurutse vyeranda vyabo vyose muze mubizimanganye+. Gusubira mu vyagezwe 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi ata gukeka azotanga abami babo mu kuboko kwawe+, kandi utegerezwa kurandura amazina yabo munsi y’amajuru+. Nta n’umwe azoguhagarara imbere+, gushika ubatikije+. Gusubira mu vyagezwe 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu bisagara vy’ivyo bisata vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, ni ho gusa utazozigamira ubuzima ikintu na kimwe gihumeka+,
52 Muze mwirukane ababa muri ico gihugu bose bave imbere yanyu mwongere mumenagure ibishusho vy’amabuye+ vyabo vyose; ibishusho vyabo vyose vyo mu cuma gishongeshejwe+ muze mubirandure; kandi ibibanza bikirurutse vyeranda vyabo vyose muze mubizimanganye+.
24 Kandi ata gukeka azotanga abami babo mu kuboko kwawe+, kandi utegerezwa kurandura amazina yabo munsi y’amajuru+. Nta n’umwe azoguhagarara imbere+, gushika ubatikije+.
16 Mu bisagara vy’ivyo bisata vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, ni ho gusa utazozigamira ubuzima ikintu na kimwe gihumeka+,