Yosuwa 10:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Hanyuma Yosuwa abandanya kubabwira ati: “Ntimutinye canke ngo mutekerwe n’ubwoba+. Mugire umutima rugabo kandi mukomere, kuko uku ari ko Yehova azogirira abansi banyu bose muriko murarwanya+.” Abanyefeso 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwa nyuma, mubandanye kwironsa ububasha+ mu Mukama no mu bushobozi+ bw’inkomezi ziwe.
25 Hanyuma Yosuwa abandanya kubabwira ati: “Ntimutinye canke ngo mutekerwe n’ubwoba+. Mugire umutima rugabo kandi mukomere, kuko uku ari ko Yehova azogirira abansi banyu bose muriko murarwanya+.”