Gusubira mu vyagezwe 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Hanyuma ico gihe nyene ntegeka Yosuwa+, nti: ‘Amaso yawe aribonera ibintu vyose Yehova Imana yanyu yagiriye abo bami babiri. Ukwo nyene ni ko Yehova azogirira ubwami bwose uriko urajabuka ujamwo hariya+. Gusubira mu vyagezwe 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 vya bihinyuza bikomeye amaso yawe yabona+, na vya bimenyetso na vya bitangaro+ na ca kiganza gikomeye+ na kwa kuboko kuramvuye+ Yehova Imana yawe yagukuzayo+. Ukwo nyene ni ko Yehova Imana yawe azogirira ibisata vyose vy’abantu ufitiye ubwoba+.
21 “Hanyuma ico gihe nyene ntegeka Yosuwa+, nti: ‘Amaso yawe aribonera ibintu vyose Yehova Imana yanyu yagiriye abo bami babiri. Ukwo nyene ni ko Yehova azogirira ubwami bwose uriko urajabuka ujamwo hariya+.
19 vya bihinyuza bikomeye amaso yawe yabona+, na vya bimenyetso na vya bitangaro+ na ca kiganza gikomeye+ na kwa kuboko kuramvuye+ Yehova Imana yawe yagukuzayo+. Ukwo nyene ni ko Yehova Imana yawe azogirira ibisata vyose vy’abantu ufitiye ubwoba+.