Gusubira mu vyagezwe 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ariko wiyubare kandi wirinde rwose+ kugira ntiwibagire ibintu amaso yawe yiboneye+ no kugira ngo ntibive mu mutima wawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Kandi utegerezwa kubimenyesha abana bawe n’abuzukuru bawe+, Gusubira mu vyagezwe 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mutegerezwa kandi kuyigisha abana banyu, ukavuga ivyayo igihe wicaye mu nzu yawe n’igihe ugenda ku nzira n’igihe uryamye n’igihe uvyutse+.
9 “Ariko wiyubare kandi wirinde rwose+ kugira ntiwibagire ibintu amaso yawe yiboneye+ no kugira ngo ntibive mu mutima wawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Kandi utegerezwa kubimenyesha abana bawe n’abuzukuru bawe+,
19 Mutegerezwa kandi kuyigisha abana banyu, ukavuga ivyayo igihe wicaye mu nzu yawe n’igihe ugenda ku nzira n’igihe uryamye n’igihe uvyutse+.