Imigani 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mwananje, ntiwibagire itegeko ryanje+, kandi umutima wawe wubahirize amabwirizwa yanje+, Imigani 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mwananje, gumya amajambo yanje+, kandi ubike muri ntibate amabwirizwa yanje iruhande yawe+. Abaheburayo 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+.
2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+.