Imigani 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mwananje, niwakîra amajambo yanje+ kandi ukabika muri ntibate amabwirizwa yanje iruhande yawe+, Imigani 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umvirize, bana, indero ya so+ kandi mutege ugutwi, kugira mumenye ugutegera+. Imigani 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mwananje, enda tega ugutwi ubukerebutsi bwanje+! Tega amatwi* ugutahura kwanje+, Luka 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo izo mw’ivu ryiza, abo ni bamwe iyo bamaze kwumva iryo jambo n’umutima mwiza kandi umeze neza+ baheza bakarigumya, bakama ivyamwa bihanganye+.
15 Nayo izo mw’ivu ryiza, abo ni bamwe iyo bamaze kwumva iryo jambo n’umutima mwiza kandi umeze neza+ baheza bakarigumya, bakama ivyamwa bihanganye+.