Gusubira mu vyagezwe 28:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Yehova rero ntazobura gutuma ivyago vyawe n’ivyago vy’uruvyaro rwawe biba ibisesereza cane, ivyago bikomeye kandi vy’igihe kirekire+, n’indwara zibabaza kandi z’igihe kirekire+. Gusubira mu vyagezwe 29:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Kandi iyaruka ryo muri kazoza, ni ukuvuga abana banyu bazohaguruka mu nyuma zanyu, mbere n’umunyamahanga azova mu gihugu ca kure, nibamara kubona ivyago vy’ico gihugu n’indwara zaco Yehova azogiteza+,
59 Yehova rero ntazobura gutuma ivyago vyawe n’ivyago vy’uruvyaro rwawe biba ibisesereza cane, ivyago bikomeye kandi vy’igihe kirekire+, n’indwara zibabaza kandi z’igihe kirekire+.
22 “Kandi iyaruka ryo muri kazoza, ni ukuvuga abana banyu bazohaguruka mu nyuma zanyu, mbere n’umunyamahanga azova mu gihugu ca kure, nibamara kubona ivyago vy’ico gihugu n’indwara zaco Yehova azogiteza+,