30 Akarere kabo kabaye aka: kuva i Mahanayimu+, Bashani yose, akarere k’ubwami kose ka Ogi umwami wa Bashani+, n’ibigwati vy’amahema vyose vya Yayiri+ biri muri Bashani, ibisagara mirongo itandatu.
23 Nayo abahungu b’igice c’umuryango wa Manase+, baba mu gihugu kiva i Bashani+ kigashika i Bayali-herumoni+ n’i Seniri+ no ku musozi Herumoni+. Baba benshi.