Malaki 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Isezerano ryanje ryari kumwe na we, isezerano ry’ubuzima n’amahoro+, kandi nagumye ndabimuha, biri kumwe n’ugutinya. Kandi yagumye antinya+; egome, yaracika ivutu kubera izina ryanje+.
5 “Isezerano ryanje ryari kumwe na we, isezerano ry’ubuzima n’amahoro+, kandi nagumye ndabimuha, biri kumwe n’ugutinya. Kandi yagumye antinya+; egome, yaracika ivutu kubera izina ryanje+.