Zaburi 111:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yarungikiye abantu biwe ugucungurwa+. צ [Tsade]Yategetse isezerano ryiwe kugumaho gushika igihe kitagira urugero+. ק [Kofu]Izina ryiwe ni ryeranda kandi rirateye ubwoba+.
9 Yarungikiye abantu biwe ugucungurwa+. צ [Tsade]Yategetse isezerano ryiwe kugumaho gushika igihe kitagira urugero+. ק [Kofu]Izina ryiwe ni ryeranda kandi rirateye ubwoba+.