Kuvayo 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mu buntu bwuzuye urukundo bwawe, wayoboye abantu wahabuje+;Mu nkomezi zawe, uzobarongōra koko ahantu heranda hawe uba+. Gusubira mu vyagezwe 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi utegerezwa kwibuka yuko wacitse umushumba mu gihugu ca Misiri maze Yehova Imana yawe akagucungura+. Ni co gituma ndagutegetse iki kintu uno musi. Zaburi 130:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Isirayeli nagume arindiriye Yehova+.Kuko hari ubuntu bwuzuye urukundo kwa Yehova+,Kandi ni na ko iwe hagwiriye ugucungura+. Matayo 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Azovyara umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yezu+, kuko azokiza+ abantu biwe+ ibicumuro vyabo+.” Luka 1:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 “Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+, kuko yitayeho abantu biwe+ akabatunganiriza ukurokoka+. Ivyahishuwe 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi baguma basemerera n’ijwi rirenga, bati: “Ubukiriro tubukesha Imana yacu+ yicaye kuri irya ntebe y’ubwami+, be n’urya Mwagazi w’intama+.”
13 Mu buntu bwuzuye urukundo bwawe, wayoboye abantu wahabuje+;Mu nkomezi zawe, uzobarongōra koko ahantu heranda hawe uba+.
15 Kandi utegerezwa kwibuka yuko wacitse umushumba mu gihugu ca Misiri maze Yehova Imana yawe akagucungura+. Ni co gituma ndagutegetse iki kintu uno musi.
7 Isirayeli nagume arindiriye Yehova+.Kuko hari ubuntu bwuzuye urukundo kwa Yehova+,Kandi ni na ko iwe hagwiriye ugucungura+.
10 Kandi baguma basemerera n’ijwi rirenga, bati: “Ubukiriro tubukesha Imana yacu+ yicaye kuri irya ntebe y’ubwami+, be n’urya Mwagazi w’intama+.”