Zaburi 111:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yarungikiye abantu biwe ugucungurwa+. צ [Tsade]Yategetse isezerano ryiwe kugumaho gushika igihe kitagira urugero+. ק [Kofu]Izina ryiwe ni ryeranda kandi rirateye ubwoba+. Luka 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ubwoba+ buca burabatekera bose, batangura kuninahaza Imana, bavuga bati: “Umuhanuzi akomeye+ yahagurukijwe muri twebwe,” kandi bati: “Imana yitayeho abantu bayo+.”
9 Yarungikiye abantu biwe ugucungurwa+. צ [Tsade]Yategetse isezerano ryiwe kugumaho gushika igihe kitagira urugero+. ק [Kofu]Izina ryiwe ni ryeranda kandi rirateye ubwoba+.
16 Ubwoba+ buca burabatekera bose, batangura kuninahaza Imana, bavuga bati: “Umuhanuzi akomeye+ yahagurukijwe muri twebwe,” kandi bati: “Imana yitayeho abantu bayo+.”