Gusubira mu vyagezwe 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+, Luka 24:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Na we ababwira ati: “Ibiki?” Bamubwira bati: “Ivyerekeye Yezu Umunyanazareti+, uwabaye umuhanuzi+ w’ububasha mu bikorwa no mu majambo imbere y’Imana n’abantu bose; Yohani 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nya mugore amubwira ati: “Mutungwa, ndabona ko uri umuhanuzi+. Yohani 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nya bantu rero ngo babone ibimenyetso akora, batangura kuvuga bati: “Ni ukuri uyu ni wa muhanuzi+ yabwirizwa kuza mw’isi.” Yohani 7:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Bamwe muri iryo sinzi rero ngo bumve ayo majambo, batangura kuvuga bati: “Emwe, uyu ni Wa Muhanuzi+.” Ivyakozwe 7:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “Uyo Musa ni we yabwiye bene Isirayeli ati: ‘Imana izobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+.’
15 Umuhanuzi avuye hagati yawe, avuye muri bene wanyu, nka jewe, ni we Yehova Imana yawe azoguhagurukiriza, ari na we mukwiye kwumviriza+,
19 Na we ababwira ati: “Ibiki?” Bamubwira bati: “Ivyerekeye Yezu Umunyanazareti+, uwabaye umuhanuzi+ w’ububasha mu bikorwa no mu majambo imbere y’Imana n’abantu bose;
14 Nya bantu rero ngo babone ibimenyetso akora, batangura kuvuga bati: “Ni ukuri uyu ni wa muhanuzi+ yabwirizwa kuza mw’isi.”
40 Bamwe muri iryo sinzi rero ngo bumve ayo majambo, batangura kuvuga bati: “Emwe, uyu ni Wa Muhanuzi+.”
37 “Uyo Musa ni we yabwiye bene Isirayeli ati: ‘Imana izobahagurukiriza muri bene wanyu umuhanuzi ameze nkanje+.’