ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ubwoba+ buca burabatekera bose, batangura kuninahaza Imana, bavuga bati: “Umuhanuzi akomeye+ yahagurukijwe muri twebwe,” kandi bati: “Imana yitayeho abantu bayo+.”

  • Luka 7:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Wa Mufarizayo yamutumiye abibonye yibwira muri we ati: “Uyu muntu iyo aba ari umuhanuzi+, yari kumenya uwu mugore ariko aramukorako uwo ari we be n’ingene ameze, yuko ari umucumuzi+.”

  • Yohani 9:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ku bw’ivyo bongera kubwira nya muntu w’impumyi bati: “Wewe umuvugako iki, ko yahumuye amaso yawe?” Nya muntu ati: “Ni umuhanuzi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika