Gusubira mu vyagezwe 18:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nya muhanuzi niyavuga mw’izina rya Yehova hanyuma nya jambo ntiribe canke ngo riranguke, iryo ni ryo jambo Yehova atazoba yavuze. Nya muhanuzi azoba yarivuganye ukwita imbere+. Ntaze agutere ubwoba+.’ Yohani 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nya mugore amubwira ati: “Mutungwa, ndabona ko uri umuhanuzi+.
22 Nya muhanuzi niyavuga mw’izina rya Yehova hanyuma nya jambo ntiribe canke ngo riranguke, iryo ni ryo jambo Yehova atazoba yavuze. Nya muhanuzi azoba yarivuganye ukwita imbere+. Ntaze agutere ubwoba+.’