Matayo 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 hanyuma araza aba mu gisagara citwa Nazareti+, kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku bahanuzi, ngo: “Azokwitwa Umunyanazareti+.” Matayo 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amasinzi aguma avuga ngo: “Uyu ni wa muhanuzi+ Yezu, w’i Nazareti h’i Galilaya!”
23 hanyuma araza aba mu gisagara citwa Nazareti+, kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku bahanuzi, ngo: “Azokwitwa Umunyanazareti+.”