Matayo 21:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Barondera kumufata, mugabo batinya amasinzi kubera ko ano yamufata nk’umuhanuzi+. Luka 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ubwoba+ buca burabatekera bose, batangura kuninahaza Imana, bavuga bati: “Umuhanuzi akomeye+ yahagurukijwe muri twebwe,” kandi bati: “Imana yitayeho abantu bayo+.” Luka 24:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Na we ababwira ati: “Ibiki?” Bamubwira bati: “Ivyerekeye Yezu Umunyanazareti+, uwabaye umuhanuzi+ w’ububasha mu bikorwa no mu majambo imbere y’Imana n’abantu bose;
16 Ubwoba+ buca burabatekera bose, batangura kuninahaza Imana, bavuga bati: “Umuhanuzi akomeye+ yahagurukijwe muri twebwe,” kandi bati: “Imana yitayeho abantu bayo+.”
19 Na we ababwira ati: “Ibiki?” Bamubwira bati: “Ivyerekeye Yezu Umunyanazareti+, uwabaye umuhanuzi+ w’ububasha mu bikorwa no mu majambo imbere y’Imana n’abantu bose;