Matayo 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amasinzi aguma avuga ngo: “Uyu ni wa muhanuzi+ Yezu, w’i Nazareti h’i Galilaya!” Mariko 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Baca batangura kurondera ingene bomufata, mugabo batinya isinzi, kuko bamenye yuko atanze ico kigereranyo ari bo yiyumvira. Nuko baramureka baragenda+. Yohani 7:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Abafarizayo bumva isinzi rivugira mu ntamatama ivyo bintu kuri we, hanyuma abakuru b’abaherezi n’Abafarizayo batuma abapolisi kumufata+. Yohani 7:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Bamwe muri iryo sinzi rero ngo bumve ayo majambo, batangura kuvuga bati: “Emwe, uyu ni Wa Muhanuzi+.”
12 Baca batangura kurondera ingene bomufata, mugabo batinya isinzi, kuko bamenye yuko atanze ico kigereranyo ari bo yiyumvira. Nuko baramureka baragenda+.
32 Abafarizayo bumva isinzi rivugira mu ntamatama ivyo bintu kuri we, hanyuma abakuru b’abaherezi n’Abafarizayo batuma abapolisi kumufata+.
40 Bamwe muri iryo sinzi rero ngo bumve ayo majambo, batangura kuvuga bati: “Emwe, uyu ni Wa Muhanuzi+.”