Yohani 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+! Ivyakozwe 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ikigeretseko, nta wundi ubukiriro bubonerwamwo, kuko ata rindi zina+ munsi y’ijuru ryatanzwe mu bantu dutegerezwa gukirizwamwo+.” Abanyefeso 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muri we, turaronka ukubohorwa biciye ku ncungu* tubihawe n’amaraso+ y’uwo, egome, ukubabarirwa+ amakosa yacu, nk’uko ubutunzi bw’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo buri+. 1 Petero 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 We ubwiwe yarikoreye ibicumuro vyacu+ mu mubiri wiwe bwite ku giti+, kugira ngo tuvavanure n’ibicumuro+ hanyuma tubereho gukora ivy’ubugororotsi. Kandi “mwakijijwe biciye ku bisebe vyiwe+.”
29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+!
12 Ikigeretseko, nta wundi ubukiriro bubonerwamwo, kuko ata rindi zina+ munsi y’ijuru ryatanzwe mu bantu dutegerezwa gukirizwamwo+.”
7 Muri we, turaronka ukubohorwa biciye ku ncungu* tubihawe n’amaraso+ y’uwo, egome, ukubabarirwa+ amakosa yacu, nk’uko ubutunzi bw’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo buri+.
24 We ubwiwe yarikoreye ibicumuro vyacu+ mu mubiri wiwe bwite ku giti+, kugira ngo tuvavanure n’ibicumuro+ hanyuma tubereho gukora ivy’ubugororotsi. Kandi “mwakijijwe biciye ku bisebe vyiwe+.”