1 Abami 1:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Ibi ni vyo kandi umwami yavuze: ‘Hahezagirwe+ Yehova Imana ya Isirayeli, we uno musi yatanze uwo kwicara ku ntebe y’ubwami yanje, amaso yanje bwite avyibonera+!’” Zaburi 41:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+Kuva igihe kitagira urugero no gushika igihe kitagira urugero+.Amen kandi Amen+. Zaburi 72:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hahezagirwe Yehova Imana, ya Mana ya Isirayeli+,We wenyene akora ibikorwa vy’agatangaza+. Zaburi 106:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Hahezagirwe Yehova ya Mana ya Isirayeli+Kuva igihe kitagira urugero no gushika igihe kitagira urugero;Kandi abantu bose nibavuge Amen+.Shemeze Ya+!
48 Ibi ni vyo kandi umwami yavuze: ‘Hahezagirwe+ Yehova Imana ya Isirayeli, we uno musi yatanze uwo kwicara ku ntebe y’ubwami yanje, amaso yanje bwite avyibonera+!’”
13 Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+Kuva igihe kitagira urugero no gushika igihe kitagira urugero+.Amen kandi Amen+.
48 Hahezagirwe Yehova ya Mana ya Isirayeli+Kuva igihe kitagira urugero no gushika igihe kitagira urugero;Kandi abantu bose nibavuge Amen+.Shemeze Ya+!