ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Imana y’ukuri ni yo inkenyeza cane inkomezi+,

      Kandi izoha inzira yanje kutagira akanenge+,

  • Yesaya 40:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Aha ububasha uwurushe+; kandi ku wutagira inguvu rukozi+, atuma ubushobozi bwuzuye bugwira.

  • Habakuki 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Yehova Umukama Segaba ni we nkomezi zanje+; ibirenge vyanje azobigira nk’ivy’impongokazi+, kandi azotuma ngendagenda ku bibanza vyanje bikirurutse*+.

      Ku muyobozi, ku bicurarangisho vyanje vy’imirya.

  • Abafilipi 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Muri vyose, ndonka inkomezi ndabikesheje umwe ampa ububasha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika