ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 40:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Raramurira amaso yanyu iyo hejuru murabe. Ni nde yaremye ivyo bintu+? Ni Umwe asohora ingabo zavyo ku gitigiri, zose akazihamagara mu mazina yazo+. Kubera umurengera w’inguvu rukozi+, kandi akaba yuzuye ingoga mu bubasha, nta n’imwe muri zo ibura.

  • Hoseya 12:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yafashe mwene wabo igitsintsiri bari mu nda+, kandi yanyinyanye n’Imana akoresheje inguvu ziwe zose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika