Itanguriro 49:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Yozefu ni umuvyaro w’igiti cama ivyamwa+, umuvyaro w’igiti cama ivyamwa iruhande y’isôko+, kirungika amashami yaco hejuru akarenga uruhome+.
22 “Yozefu ni umuvyaro w’igiti cama ivyamwa+, umuvyaro w’igiti cama ivyamwa iruhande y’isôko+, kirungika amashami yaco hejuru akarenga uruhome+.