Zaburi 22:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nkiza akanwa k’intambwe+,Unyishure kandi unkize amahembe y’amashūri y’amanyeshamba+. Zaburi 92:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo uzoshira hejuru ihembe ryanje nka rirya ry’ishūri y’inyeshamba+;Nzokwibombekesha amavuta mashasha+.
10 Mugabo uzoshira hejuru ihembe ryanje nka rirya ry’ishūri y’inyeshamba+;Nzokwibombekesha amavuta mashasha+.