ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 33:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ubwiza bwakaka bwiwe ni nk’ubw’ishūri y’uburiza+,

      Amahembe yiwe ni amahembe y’ishūri y’inyeshamba+.

      Ni yo azosunikisha ibisata vy’abantu+

      Vyose hamwe gushika ku mpera z’isi,

      Kandi ni yo bihumbi mirongo vya Efurayimu+,

      Kandi ni yo bihumbi vya Manase.”

  • 1 Samweli 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hanyuma Hana arasenga+, avuga ati:

      “Umutima wanje urirata koko kubera Yehova+,

      Emwe, ihembe ryanje rishizwe hejuru biciye kuri Yehova+.

      Akanwa kanje kasamiye kwishura abansi banje,

      Kuko nezerererwa koko ubukiriro bwawe+.

  • Zaburi 89:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ubwizigirwa bwanje n’ubuntu bwuzuye urukundo bwanje biri kumwe na we+,

      Kandi mw’izina ryanje ihembe ryiwe rirashirwa hejuru+.

  • Zaburi 112:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Yaratanze cane; yarahaye aboro+.

      צ [Tsade]

      Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera+.

      ק [Kofu]

      Ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru mu buninahazwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika