1 Samweli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma Hana arasenga+, avuga ati:“Umutima wanje urirata koko kubera Yehova+,Emwe, ihembe ryanje rishizwe hejuru biciye kuri Yehova+.Akanwa kanje kasamiye kwishura abansi banje,Kuko nezerererwa koko ubukiriro bwawe+. Yohani 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Narahishuriye izina ryawe abantu wampaye ubakuye mw’isi+. Bari abawe, urabampa, kandi barubahirije ijambo ryawe.
2 Hanyuma Hana arasenga+, avuga ati:“Umutima wanje urirata koko kubera Yehova+,Emwe, ihembe ryanje rishizwe hejuru biciye kuri Yehova+.Akanwa kanje kasamiye kwishura abansi banje,Kuko nezerererwa koko ubukiriro bwawe+.
6 “Narahishuriye izina ryawe abantu wampaye ubakuye mw’isi+. Bari abawe, urabampa, kandi barubahirije ijambo ryawe.