Zaburi 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nzomenyesha izina ryawe+ bene wacu+;Hagati mw’ishengero nzogushemeza+. Yohani 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ico Dawe+ yampaye ni ikiruta ibindi bintu vyose+, kandi nta n’umwe ashobora kuzishikura mu kuboko kwa Data+. Ivyakozwe 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Simeyoni+ yiganye ata co asize inyuma ingene Imana yitayeho amahanga ari bwo bwa mbere ngo iyakuremwo igisata ku bw’izina ryayo+. Abaheburayo 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 igihe avuga ngo: “Nzomenyesha izina ryawe bene wacu; hagati mw’ishengero nzogushemeza n’ururirimbo+.”
29 Ico Dawe+ yampaye ni ikiruta ibindi bintu vyose+, kandi nta n’umwe ashobora kuzishikura mu kuboko kwa Data+.
14 Simeyoni+ yiganye ata co asize inyuma ingene Imana yitayeho amahanga ari bwo bwa mbere ngo iyakuremwo igisata ku bw’izina ryayo+.
12 igihe avuga ngo: “Nzomenyesha izina ryawe bene wacu; hagati mw’ishengero nzogushemeza n’ururirimbo+.”