Yohani 17:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Data, ku co wampaye, nshaka yuko aho ndi, na bo haba ari ho baba kumwe nanje+, kugira ngo babone ubuninahazwa bwanje wampaye, kubera ko wankunze imbere y’ishingwa+ ry’isi+. 1 Petero 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mwebwe abariko bazigamwa n’ububasha bw’Imana biciye ku kwizera+ ku bw’ubukiriro+ buteguriwe guhishurwa+ mu gihe ca nyuma+.
24 Data, ku co wampaye, nshaka yuko aho ndi, na bo haba ari ho baba kumwe nanje+, kugira ngo babone ubuninahazwa bwanje wampaye, kubera ko wankunze imbere y’ishingwa+ ry’isi+.
5 mwebwe abariko bazigamwa n’ububasha bw’Imana biciye ku kwizera+ ku bw’ubukiriro+ buteguriwe guhishurwa+ mu gihe ca nyuma+.