2 Samweli 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo ubuntu bwuzuye urukundo bwanje, ntibuzova kuri we nk’uko nabukuye kuri Sauli+, uwo nakuyeho kubera wewe. 1 Ngoma 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Jewe ubwanje nzomubera se+, na we azombera umwana+; kandi sinzokura ubuntu bwuzuye urukundo bwanje kuri we+ nk’uko nabukuye ku wabayeho imbere yawe+. Zaburi 61:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Azokwibera imbere y’Imana gushika igihe kitagira urugero+;Yoo! bwiriza ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri, bimuzigame+. Ivyakozwe 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi ivy’ukwo kuba yaramuzuye mu bapfuye ngo ntaze asubire ku kubora, yabivuze muri ubu buryo ati: ‘Nzobaha ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+.’
15 Nayo ubuntu bwuzuye urukundo bwanje, ntibuzova kuri we nk’uko nabukuye kuri Sauli+, uwo nakuyeho kubera wewe.
13 Jewe ubwanje nzomubera se+, na we azombera umwana+; kandi sinzokura ubuntu bwuzuye urukundo bwanje kuri we+ nk’uko nabukuye ku wabayeho imbere yawe+.
7 Azokwibera imbere y’Imana gushika igihe kitagira urugero+;Yoo! bwiriza ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri, bimuzigame+.
34 Kandi ivy’ukwo kuba yaramuzuye mu bapfuye ngo ntaze asubire ku kubora, yabivuze muri ubu buryo ati: ‘Nzobaha ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+.’