Zaburi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Reka mvuge ingingo ya Yehova;Yambwiye ati: “Uri umwana wanje+;Jewe uno musi ncitse so+. Luka 9:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Hanyuma ijwi+ riva muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, uwatowe+. Nimumwumvirize+.”