2 Samweli 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Jewe ubwanje nzomubera se+, na we azombera umwana+. Niyakora nabi, nzomukangira n’inkoni+ y’abantu be n’ugukubita kw’abana ba Adamu. Zaburi 89:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 We ubwiwe arasemerera antabaza, ati: ‘Uri Data+,Imana yanje+ n’Igitandara c’ubukiriro bwanje+.’ Abaheburayo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nk’akarorero, ni nde mu bamarayika yigeze kubwira iti: “Uri umwana wanje; jewe uno musi ncitse so+”? Kandi iti: “Jewe ubwanje nzomubera se, na we azombera umwana+”?
14 Jewe ubwanje nzomubera se+, na we azombera umwana+. Niyakora nabi, nzomukangira n’inkoni+ y’abantu be n’ugukubita kw’abana ba Adamu.
5 Nk’akarorero, ni nde mu bamarayika yigeze kubwira iti: “Uri umwana wanje; jewe uno musi ncitse so+”? Kandi iti: “Jewe ubwanje nzomubera se, na we azombera umwana+”?