ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 17:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Jewe ubwanje nzomubera se+, na we azombera umwana+; kandi sinzokura ubuntu bwuzuye urukundo bwanje kuri we+ nk’uko nabukuye ku wabayeho imbere yawe+.

  • 1 Ngoma 28:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Vyongeye, yambwiye ati: ‘Salomo umuhungu wawe ni we azokwubaka inzu yanje+ n’ibigo vyanje; kubera ko namutoye ngo abe umwana wanje+, nanje nzoba se+.

  • Abaheburayo 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nk’akarorero, ni nde mu bamarayika yigeze kubwira iti: “Uri umwana wanje; jewe uno musi ncitse so+”? Kandi iti: “Jewe ubwanje nzomubera se, na we azombera umwana+”?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika