ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “‘Ariko nimutanyumviriza no kuri ivyo, nzobwirizwa rero kubahana ngwije igihano canyu incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+.

  • 1 Abami 8:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 “Nibagucumurako+ (kuko ata muntu adacumura+), maze bikaba ngombwa ko ubarurumbira ishavu, ukabagabura ku mwansi, hanyuma bene kubagira imbohe bakabatwara koko ari imbohe mu gihugu c’umwansi ca kure canke ca hafi+;

  • Zaburi 89:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Abana biwe nibaheba itegeko ryanje+,

      Ntibagendere mu ngingo zanje z’ubutungane+,

  • Zaburi 89:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Nanje nzotegerezwa kwitaho ikigabitanyo cabo nkoresheje inkoni+,

      Niteho ikosa ryabo mu kubakubita+.

  • Yeremiya 52:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko ivyabaye i Yeruzalemu no muri Yuda vyabaye kubera ishavu rya Yehova, gushika abataye bakamuva mu maso+. Nuko Zedekiya atangura kugarariza umwami wa Babiloni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika