Yosuwa 13:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ca gice kindi c’umuryango hamwe n’Abarubeni n’Abagadi, batoye intoranwa yabo Musa yabahaye ku ruhande rwa Yorodani ruri amaja mu buseruko, nk’uko nyene Musa umusavyi wa Yehova yari yayibahaye+, Yosuwa 13:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, Musa aha ingabirano umuryango wa Gadi, bene Gadi, hakurikijwe imiryango yabo+;
8 Ca gice kindi c’umuryango hamwe n’Abarubeni n’Abagadi, batoye intoranwa yabo Musa yabahaye ku ruhande rwa Yorodani ruri amaja mu buseruko, nk’uko nyene Musa umusavyi wa Yehova yari yayibahaye+,