Zaburi 46:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela. Zaburi 90:1 Bibiliya y’isi nshasha 90 Ewe Yehova, wewe ubwawe watubereye ahantu nyakuri ho kuba+Iyaruka ku rindi+. Zaburi 91:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nzobwira Yehova nti: “Uri ubuhungiro bwanje n’igihome canje gikomeye+,Imana yanje nzokwizigira+.” Zaburi 125:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nk’uko imisozi iri irya n’ino ya Yeruzalemu+,Ni ko Yehova ari irya n’ino y’abantu biwe+Kuva ubu no gushika igihe kitagira urugero+.
11 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela.
2 Nk’uko imisozi iri irya n’ino ya Yeruzalemu+,Ni ko Yehova ari irya n’ino y’abantu biwe+Kuva ubu no gushika igihe kitagira urugero+.