Gusubira mu vyagezwe 33:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ya Mana yo mu gihe ca kera ni ubwikingo+,Munsi na ho hari ya maboko yamaho igihe kitagira urugero+.Azokwirukana umwansi imbere yawe+,Kandi azovuga ati: ‘Bazimanganye+!’ Zaburi 91:1 Bibiliya y’isi nshasha 91 Uwo wese yibera ahihishije+ ha Musumbavyose+Azokwironsa uburaro mu gitutu ca Mushoboravyose+. Ivyahishuwe 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nca numva ijwi rirenga riva kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Ehe ihema+ ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana+ na bo, na bo bazoba ibisata vyayo+. Kandi Imana ubwayo izobana na bo+.
27 Ya Mana yo mu gihe ca kera ni ubwikingo+,Munsi na ho hari ya maboko yamaho igihe kitagira urugero+.Azokwirukana umwansi imbere yawe+,Kandi azovuga ati: ‘Bazimanganye+!’
3 Nca numva ijwi rirenga riva kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Ehe ihema+ ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana+ na bo, na bo bazoba ibisata vyayo+. Kandi Imana ubwayo izobana na bo+.