Gusubira mu vyagezwe 31:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi Yehova azoyagira nk’uko yagize Sihoni+ na Ogi+, ba bami batwara Abamori, n’igihugu cabo, hamwe yabazimanganya+.
4 Kandi Yehova azoyagira nk’uko yagize Sihoni+ na Ogi+, ba bami batwara Abamori, n’igihugu cabo, hamwe yabazimanganya+.