Yesaya 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+. Hoseya 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo jewe narigishije Efurayimu gutambuka+, ndabatwara mu maboko+; ntibamenye yuko nari narabakijije+.
11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.
3 Mugabo jewe narigishije Efurayimu gutambuka+, ndabatwara mu maboko+; ntibamenye yuko nari narabakijije+.