Gusubira mu vyagezwe 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 no mu gahinga+, aho wiboneye ingene Yehova Imana yawe aguterura+ nk’uko umuntu aterura umwana wiwe, mu nzira yose wagenze gushika ushitse aha hantu+.’ Gusubira mu vyagezwe 33:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ya Mana yo mu gihe ca kera ni ubwikingo+,Munsi na ho hari ya maboko yamaho igihe kitagira urugero+.Azokwirukana umwansi imbere yawe+,Kandi azovuga ati: ‘Bazimanganye+!’ Yesaya 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+. Yesaya 46:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Nyumviriza, ewe nzu ya Yakobo, namwe mwese abasigaye b’inzu ya Isirayeli+, mwebwe abo natwaye kuva mukiri mu nda, abo nahetse kuva mukiri mu gitereko+. Yesaya 63:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu marushwa yabo yose, vyaramuteye amarushwa+. Kandi intumwa yiwe bwite yarabakijije+. Mu rukundo rwiwe no mu mpuhwe ziwe, we ubwiwe yarabacunguye+, araheza abashira hejuru yongera arabaterura imisi yose ya kera+.
31 no mu gahinga+, aho wiboneye ingene Yehova Imana yawe aguterura+ nk’uko umuntu aterura umwana wiwe, mu nzira yose wagenze gushika ushitse aha hantu+.’
27 Ya Mana yo mu gihe ca kera ni ubwikingo+,Munsi na ho hari ya maboko yamaho igihe kitagira urugero+.Azokwirukana umwansi imbere yawe+,Kandi azovuga ati: ‘Bazimanganye+!’
11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.
3 “Nyumviriza, ewe nzu ya Yakobo, namwe mwese abasigaye b’inzu ya Isirayeli+, mwebwe abo natwaye kuva mukiri mu nda, abo nahetse kuva mukiri mu gitereko+.
9 Mu marushwa yabo yose, vyaramuteye amarushwa+. Kandi intumwa yiwe bwite yarabakijije+. Mu rukundo rwiwe no mu mpuhwe ziwe, we ubwiwe yarabacunguye+, araheza abashira hejuru yongera arabaterura imisi yose ya kera+.