Kuvayo 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ‘Ubwanyu mwariboneye ivyo nakoreye Abanyamisiri+, kugira ngo mwebwe ndabatware ku mababa y’inkona, ndabazane kuri jewe+. Gusubira mu vyagezwe 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 no mu gahinga+, aho wiboneye ingene Yehova Imana yawe aguterura+ nk’uko umuntu aterura umwana wiwe, mu nzira yose wagenze gushika ushitse aha hantu+.’ Yesaya 44:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ibi ni vyo Yehova avuze, Uwaguhinguye+ ari na We yakubumvye+, uwagumye agufasha mbere kuva ukiri mu nda+: ‘Ntutinye+, ewe musavyi wanje Yakobo, na wewe Yeshuruni+, uwo natoye.
4 ‘Ubwanyu mwariboneye ivyo nakoreye Abanyamisiri+, kugira ngo mwebwe ndabatware ku mababa y’inkona, ndabazane kuri jewe+.
31 no mu gahinga+, aho wiboneye ingene Yehova Imana yawe aguterura+ nk’uko umuntu aterura umwana wiwe, mu nzira yose wagenze gushika ushitse aha hantu+.’
2 Ibi ni vyo Yehova avuze, Uwaguhinguye+ ari na We yakubumvye+, uwagumye agufasha mbere kuva ukiri mu nda+: ‘Ntutinye+, ewe musavyi wanje Yakobo, na wewe Yeshuruni+, uwo natoye.